BasketballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

Indundi Sports | Viva Basketball League : Imigwi yo mu ntara hagati yaraye isezerewe yose

Nk’uko mubizi ihiganwa rya Viva Basketball League ryari ryitabiriwe n’imigwi 10 ni ukuvuga imigwi 6 yo mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’imigwi 4 iva mu ntara hagati.

Muri iryo higanwa rya Viva Basketball League imigwi yose yo mu ntara hagati yaraye isezerewe, ivyo bikana vyerekana y’uko umupira w’amaboko woba uri mu gisagara ca Bujumbura honyene.

Uku niko inkino zagenze :

– Umugwi Dynamo watsinzwe na Gymkana amanota 90 kuri 80

– Umugwi Urunani wanyagiye Young Eagles amanota 125 kuri 63

– New Star yatsinze Tigers amanota 63 kuri 52

– Les Hyppos yatsinze Brothers Team amanota 74 kuri 63

– Remesha yanyagiye Aigle Noir amanota 104 kuri 70

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 59