abakinyi bakina hanzefootballGael BigirimanahomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Gael Bigirimana niwe mukinyi wa mbere wo muri kano karere yatanguye gukina Premier League

Icegera ca Kizigenza w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana niwe mukinyi wa mbere wo muri kano karere ka East Africa yatanguye gukina ihiganwa rya Premier League ryo mu bwongereza.

Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino mu kiganiro yaraye akoranye na Akeza.net .

Mwomenya y’uko Gaël Bigirimana yakinye muri New Castle kuva mu mwaka wa 2012 gushika mu mwaka wa 2016 .

Ukutabandanya muri uwo mugwi ni imvune idasanzwe yagize, ninayo yatumye urugero rwiwe rugabanuka.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 162