Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Saido Berahino niwe yatahukanye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa...

# Indundi Sports | Saido Berahino niwe yatahukanye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa gatatu

Kizigeza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yatsindiye agashimwe k’umukinyi w’ukwezi kwa Ntwarante kuko yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu mugwi wa Sheffield Wednesday wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu c’Ubwongereza .

Ako gashimwe kakaba gatangwa n’abakinyi babigize umwuga bo mu gibugu c’Ubwongereza PFA Vertu Motors.

Ivyo vyose bikaba vyatumwe n’uko mu kwezi guheze uwo mukinyi yinjije ibitsindo bitatu wenyene mu gihe bariko batana mu mitwe na Cambridge bayitsinda ibitsindo 6-0 , asubira kandi atanga ipasi ivyaramwo igitsindo.

Saido Berahino urugero rwiwe rukaba rubadanya ruduga ku musi ku musi ibishobora gutuma aronderwa n’imigwi ikomakomeye.

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...