HomeIKIRUNDI_newsInyuma y'ibogozwa ryiwe Dr Frank Yasubirijwe na Belly Hervé

Inyuma y’ibogozwa ryiwe Dr Frank Yasubirijwe na Belly Hervé

Imisi mike gusa inyuma yaho uwahahora abazwa ivyo gutunganya amahiganwa y’ikino z’umupira w’amaboko Basketball Dr Frank Bujeje abogorejwe ahowe ko atatunganije neza ayo mabanga, yarajejwe ngo mukwerekana ubushobozi buke mwiryo shirahamwe  Febabu yasubirijwe.

Dr Frank Bujeje akaba Yasubirijwe na Belly Hervé Dushime yamaze kwemezwa KO ariwe agiye gutunganya bushasha ayo mahiganwa.

Ivyo biri uko mu gihe gito, ihiganwa rito ritegura ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball League riteye muri kimwe ca kane gishira icanyuma

Ku musi w’ejo igenekerezo rya 160/04/2022
-New Star vs Les Hippos
-Urunani vs Remesha
-Gymkhana vs Dynamo

Izo nkino zose zizobera kukibuga ca Département 11h,13h hamwe na 15h

Indundi magazine mugisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...