HomeIKIRUNDI_newsDynamo ibandanya yitwara neza muri Tournoi d'ouverture Viva basketball League

Dynamo ibandanya yitwara neza muri Tournoi d’ouverture Viva basketball League

Inyuma yo gutsindwa muri kimwe c’umunani gishira icanyuma umugwi Dynamo ugaca uba umwe mu mirwi yatsinzwe bukebuke gutyo bigatuma DYNAMO ija muri kimwe ca kane gishira icanyuma.Kuri uwu wagatandatu Dynamo yatsinze umugwi Remesha ku munota 67 kuri 57 gutyo Dynamo ukaba wakatishije itike yogukina finale yiryo higanwa aho bukera Ku musi w’Imana.

Ivyo biri uko mu gihe umugwi Les Hippos watsinze New Star ku manota 58-55 y’umugwi New Star.

Aho bukera hakazoca uwambaye hagati ya Dynamo na Les Hippos muri Finale ya Tournoi d’ouverture Viva basketball League.

Muri Finale:

-Dynamo vs Les Hippos

Muri Petite finale

-New Star vs Remesha

Indundi magazine mu gisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...