BurundiIKIRUNDI_newskirundi_SportsUncategorized

Mu Urunani ngo baje bushasha abafana bahamagarirwa kuza Kwirabira

Mu gihe umugwi w’umupira w’amaboko Urunani bariko baritegurira ihiganwa rikuru bitiriye Viva basketball hamwe no gutanga agashimwe ku mukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa gatatu,Urunani bamaze gushira ahabona ukwo inkino zizogenda n’imigwi bazohura muri Rino higanwa rya basketball mu Burundi.

 

Abarongozi b’uwo mugwi babandanya bahamagarira abakunzi kwitabira i bazokina zose.

Ni kuruwu w’Imana aho bazokina n’Umugwi ukomeye cane wigenjeje neza mw’ihiganwa rito”Tournoi d’ouverture” nubwo batatahukanye igikombe uwo nawo akaba ari News Stars.

Tubibutseko iryo higanwa bitiriye Viva basketball League rizokwitabirwa n’imigwi 6 yo mugisagara ca Bujumbura hamwe n’imigwi 4 izoba ivuye mu gihugu hagati,rikaba rizotangura ku magenekerezo ya 7/05/2022.

Indundi Magazine mu gisata cayo ca Sports ibipfurije ibihe vyiza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 112