Homefootball#Indundi Sports| Umugwi Aigle Noir uzokwakira KCCA ku musi w’iyugururwa ry’ikibuga NPPC

#Indundi Sports| Umugwi Aigle Noir uzokwakira KCCA ku musi w’iyugururwa ry’ikibuga NPPC

Mu gihe hamaze kumenyekana umusi w’iyugururwa ry’ikibuga ca Nkurunziza Peace Park Complex c’i Makamba , uwo musi nyene uzoba uhuriranye n’urukino rwa nyuma rw’ihiganwa ryitiriwe igikombe c’umukuru w’Igihugu, Nkurunziza Cup.

Imbere y’uko haba urukino rwa nyuma rwa Nkurunziza Cup , isaha umunani 14h00, umugwi Aigle Noir uzokwakira umugwi wa Kampala Capital City Autority wo mu gihugu c’Uuganda. Iyo migwi izotana mu mitwe igenekerezo rya 25 Ruheshi 2022.

Ibiciro vyo kwinjira bikaba bimeze uku gukurikira :

– Pourtour : 500 Fbu

-Tribune yo mu buryo no mu bubamfu bwa VVIP ni : 2000Fbu

-Tribune yo mu buryo no mu bubamfu ya VIP ni 1000 Fbu ( Hejuru)

-Tribune Présidentielle : 100.000 Fbu ( Aca ahabwa lacoste du Jour akazoronka na Billet invitation.

-Tribune VIP : 50,000 Fbu ( Barahabwa na Lacoste du Jour)

-Kwandikwa biriko bibera mu ntara zose. I Makamba bizobera mu ma komine yose agize iyo ntara.

 

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...