Miss Kelly Ngaruko ngo ntatahura uko bamugereranije na Miss Rwanda Miss Burundi 2022
Miss Burundi 2022 ariwe Miss Kelly Ngaruko mu gihe gusanishwa na Tambwe vyamutwengeje cane gushika yaho atangura kubona ko basa, ngo hari ivyabaye vyamushegeshe. Atorwa, abantu batari bake bakaba baramugereranije na Miss…