HomeBurundiKuri Video za 1,000,000 views, Double Jay ashobora kuba uwa 1

Kuri Video za 1,000,000 views, Double Jay ashobora kuba uwa 1

Inyuma yaho Indirimbo Ibisusu ya Kirikou na Double Jay ikwirije Views 1,000,000, Noneho Kirikou ngo nawe akinjira muri Milligang, na Double yamuhambije.

Kuva ku musi w’ejo, inkuru y’akanyamuneza n’ugukwiza 1,000,000 views ku ndirimbo Nopfa ya Double Jay yasohowe akiri mu minwe ya Mugani Desire.

Iyo ikaba ikwije Izo Views mu gihe Hari izindi 2 nazo ziriko zirababa views 900,000 bisigura ko mu gihe gito ashobora kuzoba ariwe muririmvyi wa mbere afise video nyinshi zakwije 1,000,000 views.

Abaririmvyi bandi bafise izo Views hano iwacu hakaba hari nka Sat-b, Kirikou, Esther Nish, Kidum, Chris Mb, n’abandi.

 

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...