Ba basore bavukana, Rap boy na Treyzo bagiye gukorana n’uwundi muririmvyi
Inyuma y'ugushira ahabona Yooh, hama hagakurikira Yooh RMX bakoranye n'abaririmvyi batari bake, iri no mu ndirimbo z'abarundi zivuzwa cane I Kigali, ngo ubu naho agira yongeremwo uwundi. Naho hataramenyekana…