HomeBurundiPablo Tiken ngo abarundi ntiboroshe kwemeza

Pablo Tiken ngo abarundi ntiboroshe kwemeza

Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Pablo Tiken iri mu nzira, iyo ndirimbo ikaba izoba ibaye iya 3 asohoye inyuma y’igaruka ryiwe mu Muziki.

Iyo ndirimbo igira gatatu, ikaba izoba Ari Collabo nkuko izo zindi 2 yaheruka gushira ahabona. Iyi akaba azoyikorana Mkombozi, mu gihe izindi 2 yari yazikoranye na Emery Sun hamwe na B Face.

Mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine, yabajijwe icatumye ashima gukora iyindi Collabo, avuga ko bitoroshe kwemeza abarundi ko wagarutse mu Muziki.

Nayo Ku mpamvu zatumye ashima Mkombozi, ngo ntiyari yabiteguye, ariko bahuye basanga Indirimbo yabo Ari babiri iri ngombwa.

Iyo ndirimbo ya Pablo tiken na Mkomboz ikaba izosohoka mu ntango z’ukwezi kw’7.

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...