abakinyi bakina hanzefootballhomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Gael Bigirimana yasezerewe muri Glentoran

Umugwi Glentoran wasezeye umukinyi wo hagati w’intamba mu rugamba Gael Bigirimana.

Mw’itanganzo uwo mugwi washize ku mugaragaro, werekanye y’uko amasezerano hagati ya Glentoran na Bigirimana Gael azorangira mu ndwi iza.

Uwo mugwi nyene ukaba wamenyesheje y’uko Bigirimana Gael ariko aronderwa n’imigwi yo muri Asia hamwe na Africa y’ubuseruko. Uwo mugwi ukaba wamwipfurije kuroranirwa ahandi azokwerekeza .

Mwomenya ko Gael Bigirimana yari amaze imyaka 2 akinira uwo mugwi wa Glentoran Fc.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 57