footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Marco Weymans agiye gukinira Koninklijke Beerschot VA

Inyuma y’amezi agera kuri 8 ashomereye , umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Marco Weymans yaronse umugwi.

Marco Weymans akaba agiye gukinira umugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu c’Ububirigi witwa Koninklijke Beerchot VA .

Kuronka umugwi kwa Marco Weymans bizofasha umugwi nserukira gihigu intamba mu rugamba bivanye n’uko yari umukinyi ntayegayezwa .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 59