footballIKIRUNDI_newskirundi_Sportsprimus ligue

Indundi Sports | Umugwi Bumamuru Fc waguze abakinyi 2 ba Aigle Noir na 2 ba Kayanza United

 

Umugwi Bumamuru Fc uzoserukira Uburundi mu nkino za Caf Confédération Cup watanguye kwiyubaka .

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruheshi 2022, niho umugwi Bumamuru Fc wo mu cibitoke wasinyishije abakinyi bashika kuri 4 kugira baze bayikinire.

Abo nabo akaba ari :

– Ndikumana Asman batazira Garden yahora akinira Aigle Noir Cs

– Nkurunziza Yannick yahora akinira Aigle Noir Cs

– Afred Swaleh yahora akinira Kayanza United

– Tresor Nona yahora akinira Kayanza United.

Abo bakinyi bakaba bazomenyerezwa n’umumenyereza mushasha ariwe Vivier Bahati, kumwe n’icegera ciwe Nduwantare Ismail,nabo bamaze imisi bashize umukono kumasezerano yo kumenyereza uwo mugwi .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 22