Icabujije abagwizatunga gushira amahera mu Muziki cavuzwe na Kidum
Ibura ry'abagwizatunga mu Muziki w'Uburundi, ni kimwe mu bibazo abakurikiranira hafi umuziki wa hano iwacu babona ko Arico kizingamitse umuziki, kuko ngo ku ruhande rw'abaririmvyi ibitari bike bimaze gukorwa,…