#Indundi Sports| Patrick Kanianga ku rutonde rw’abakinyi baza kugombora muri Turkey
Inyuma yo gushika mu gihugu ca Turquie , umukinyi w’umusatirizi wa Bumamuru Fc Patrick Kanianga yashizwe ku rutonde rw’abakinyi baza kugombora mu rukino rwa kivandimwe ruza guhuza umugwi asanzwe akinamwo wa Sakaryaspor wo mu…