abakinyi bakina hanzefootballhomepageIKIRUNDI_newsInkinointamba murugambakirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Abdoul Karim Makenz mu bakinyi basezerewe muri Rayon Sports

Umugwi Rayon Sports wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda wasezereye abakinyi bagera kuri 6 harimwo Nizigiyimana Abdoul Karim Makenz.

Ivyo Rayon Sports ikaba yabishikirije kuri Channel yabo ya Youtube .

Abakinyi basezerewe akaba ari aba bakurikira :

– Habimana Hussein
– Nizigiyimana Abdoul Karim
– Kwizera Olivier
– Ishimwe Kévin
– Bukuru Christophe
– Sskamana Maxime .

Abo bakinyi bose uko ari 6 , umugwi Rayon Sports ntiwashimye kubongera amasezerano kugira baze bayifashe mu mwaka uza.

Mwomenyako Rayon Sports izomenyerezwa n’umumenyereza w’Umurundi Haringingo Francis Mbaya hamwe na Vladmir Niyonkuru azomenyereza abanyegori .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 57