abakinyi bakina hanzefootballIKIRUNDI_newsInkinokirundi_Sports

# Indundi Sports | Jimmy Ndayizeye yongewe amasezerano muri Messager Ngozi

Inyuma yo kurangiza amasezerano muri Messager Ngozi , umumenyereza Jimmy Ndayizeye yongeye gushirako umukono ku masezerano yo kumenyereza Messager Ngozi.

Jimmy Ndayizeye akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gusubira kumenyereza Messager Ngozi mu kiringo c’umwaka umwe co kimwe n’icegera ciwe hamwe n’umumenyereza w’abanyegori .

Jimmy Ndayizeye uzoba umwaka wiwe ugira 4 amenyereza umugwi Messager Ngozi .

Mwomenyako Jimmy Ndayizeye mu myaka 3 yari amaze kumenyereza Messager Ngozi yawufashije gutwara ibikombe 2 vya Primus League yikurikiranije.

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 68