BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Ukutamenya nikwo gutuma abaririmvyi bidoga

Ukwidogerwa kw’aba Dj s’ivyaVuba, kuko baharurwa nk’abafukamye umuziki wa hano iwacu munda.

Ico kibazo giheruka kubazwa umwe muba Dj bo muri RuntownDj, rumwe mu nani z’aba Dj bashimye gukorera hamwe.

Dj Philbert yavuze ko ukudatahura aba Dj uruhara rwabo, ngo Nico gituma abo baririmvyi baguma baguma bidoga.

Yagize Ati :”Kuberako abaririmvyi badatahura neza umwuga twe dukora, badatahura Role yacu neza na neza. Nico gituma kutwidogera kenshi.”

What's your reaction?

Related Posts

1 of 144