Foto ya Big Fizzo na Ambassador wa Nigeria ikaba yateje uruhagarara
Amashusho yerekana Big Fizzo yakiriwe n'umuserukizi w'igihugu ca Nigeria hano iwacu, yateje uruhagarara ku rubuga rw'uwo muririmvyi rwa Instagram. Mu gihe ivyavugiwe muri uwo mubonano bitaramenyekana, abafana…