kirundiIKIRUNDI_newskirundi_Sports

Ubwa mbere umurwi Remesha kuva wabona izuba ukuye mu vyara igikombe Urunani na New Stars

Mw’ihiganwa ryateguwe n’ishirahwe ry’umupira w’amaboko basketball rifadikanije n’amashirahamwe y’ubwishingizi (Assurance)hano mu Burundi, ihiganwa ryari ryahuje imirwi ine yari mu bibnza vyimbere muri Viva Basketball league .

@photos Akeza

Iyo mirwi 4 nayo akaba yari
-Urunani
-Gymkhana
-Remesha
New star.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 31 Mukakaro 2022 niho haba urukino rwanyuma rwariko ruhuza Gymkhana na Remesha.

Remesha ikaba itorohereje Gymkhana mu gitsinda amanota 63 kuri 50 ya Gymkhana gutyo igikombe kiba gitahukanye ,Umurwi Remesha ku ncuro yabo yambere.

Tubibutse ko Remesha yaraye ikubaguye Gymkhana Umuvyeyi yayibarutse.

Indundi magazine mugisata cayo ca sport ibipfurije ibihe vyiza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 35