abakinyi bakina hanzefeatured sportfootballintamba murugamba

# Indundi Sports | Hussein Shabani Tchabalala yaraye aronkejwe agashimwe kiwe

Inyuma yo kwongerezwa amasezerano y’imyaka 2 muri As Kigali , Hussein Shabani Tchabalala yaraye ahawe agashimwe k’umukinyi yinjije ibitsindo vyinshi mu gihugu c’Urwanda .

Hussein Shabani Tchabalala akaba ariwe mukinyi yinjije ibitsindo vyinshi mu Rwanda yinjinje ibitsindo 15, mugihe mu gikombe c’Amahoro yinjije ibitsindo 5.

Hussein Shabani Chabalala akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira   As kigali  imyaka 2.

Mwomenyako Hussein Shabani Tchabalala yari yarondewe na Rayon Sports baranka kumuha ivyo yabasavye.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 16