Mkombozi mu kuzunguruka Uburundi ubu hashikiriwe intara ya Bubanza
Mkombozi ni umuririmvyi w'umurundi benshi mwamumenye ku mudiho wa Rap nubwo muri kino gihe no guhibongoza bitamurwa nabi. Mu kiganiro yakoze kuri Indundi Tv yavuze ko afise umugambi wo kugendera abakunzi biwe abasange no…