Inyuma yo gutahukana igikombe ca Viva basketball League kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022, umugwi Urunani waraye ugabiye abakinyi 5 imiduga n’umumenyereza wabo Kagabo Aaron .
Abakinyi bashimiwe ni .
– Zirahiganwa Davy
– Bryan Kavakure
– Ndagijimqna Oly Mogard
– Pual Ereng
– Nsengiyumva Yves
Abakinyi 10 nibo bamze guhabwa imiduga n’uwo mugwi muri uwu mwaka. Abandi bakinyi bari bamaze guhabwa imiduga ni Landry Ndikumana, Peter Obleng, Malick Ngezahayo, Michel Bwanga hamwe na Joe Guibert Nijimbere.
Iyo miduga abo bahawe niyo bari bahawe kubera y’uko batowe nk’abakinyi baranze ukwezi .