homepagekirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 20 bazoserukira Uburundi mu nkino za Handball

Abakinyi 20 bazoserukira Uburundi mu nkino za Handball z’abadashikana imyaka 18 bazokina ihiganwa rya Africa rizobera mu Rwanda bamenyekanye.

Akaba ari aba bakurikira :

1. Ajeneza Joe Fleury( Intwari HBC)
2.Bayubahe Yvan ( Intwari HBC)
3.Gahore Guy Carmel( Brothers team)
4. Giramahoro Aimé Boris (Intwari HBC)
5.Giraneza Bellardin (Intwari HBC)
6.Giraneza Guillain ( Golden Team)
7.Giriteka Yves Bellard (Brothers team)
8.Gisanintore Brillant (Muzinga HBC)
9.Ingabire Alex Benjamin ( Brothers team)
10.Irumva Kévin ( Brothers team)
11.Iteriteka Billy Brandon Golden Team)
12.Migambi Chris Bellard (Golden Team)
13.Ndayisavyamagara Allain Georges (Muzinga HBC)
14.Ndikuriyo Jean Pierre (Muzinga HBC)
15.Nishimwe Clay (Brothers team)
16. Njejimana Adolphe (Brothers Team)
17.Nsabimana Eden Cliff ( Intwari HBC)
18.Ruremeshangabo Régis (Brothers Team)
19. Tuyisenge Aymar Cloé (Brothers Team)
20. Twizere Guy Bellard (SOS HBC)

Abamenyereza akaba ari Nimubona Floribert hamwe na Ndayirorere Jean Claude , hama imyimenyerezo itangura kuri uno musi wa mbere igenekerezo rya 08 Myandagaro 2022.

Uburundi bukaba buri mw’itsinda rya B buri kumwe na Algerie , Egypt , Madagascar hamwe n’Urwanda ari narwo rugiye kwakira iryo higanwa .

Mwomenyako iryo higanwa rizotangura igenekerezo rya 30 Myandagaro gushika itariki 09 Nyakanga 2022.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 157