footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Breaking News : Bumamuru Fc izohura na Fasil Kenema yo muri Ethipia

 

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Myandagaro 2022 niho hari haramutse haba Tombola yuko imigwi izohura mu nkino za CAF Champions League hamwe na CAF Confédération Cup.

 

 

Umugwi Bumamuru uzohura na Fasil Kenema umurwi wo mu gihugu ca Ethiopie mu nkino zamajonjora ya mbere ya CAF Confederation Cup .

 

Mukibukako Bumamuru Fc ariwo mugwi watahukanye igikombe c’Umukuru w’igihugu ukaba wagitwaye ku ncuro zibiri wikurikiranije .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 68