homepagekirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Breaking News : Flambeau du Centre izohura na Al Ittihad yo muri Lybia muri CAF Champions League

Umugwi Flambeau du Centre watomboye kuzohura na Al Ittihad yo muri Lybia .

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 09 Myandagaro 2022 niho hari haramutse haba Tombola y’ukungene imigwi izohura mu nkino za CAF Champions League hamwe na CAF Confédération Cup, umugwi Flambeau du Centre watomboye kuzohura na Al Ittihad wo muri Lybia mu nkino za CAF Champions League z’amajonjora.

Muri iyo migwi umugwi uzotsinda uzoca uhura na Elite Sport wo mu gihugu ca Tchade hamwe na Zamalek yo muri Egypte.

Mwomeka ko Flambeau du Centre ari ubwa mbere witabiriye inkino za CAF Champions League.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 157