#Indundi Sports| Mufugutu Bruce ahamagarira abakunzi ba Inter Stars kuyishigikira kuri uyu w’Imana
Kuva mu mwaka w’i 1986 ashigikira umugwi Inter Star gushika muri kino gihe ntawundi mugwi arakunda wa hano iwacu atari Inter Stars. Uwo ni umwe mu bakunzi b’uwo mugwi yitwa Mufugutu Bruce . Mu kiyago gito yagiranye…