footballkirundi_Sports

#Indundi Sports| Innocent Kambaranga muri Moso Sugar

Inyuma yo kumara igihe ata mugwi abarizwamwo, umumenyereza Harerimana Innocent Kambaranga abarizwa muri Moso Sugar.

Kuri musi wa kabiri igenekerezo rya 16 Myandagaro 2022 , niho uwahoze amenyereza umugwi Flambeau du Centre Innocent Kambaranga yashira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Mosso Sugar mu kiringo c’imyaka 3.

Kambaranga akaba ariwe yadugije umugwi Makamba United , Butare City hamwe na Royal Fc.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 65