abakinyi bakina hanzefootballintamba murugambakirundi_Sports

# Indundi Sports | Birangiye West ham United iguze Thilo Kehrer

 

Urukurukuru niyo nkuru , umukinyi Thilo Kehrer yaraye aguzwe n’umugwi wa West Ham united wo mu cicaro ca mbere mu bwongereza .

Imiriyoni 12 z’ama euro ku myaka 4 nizo Thilo Kehrer yaguzwe inyuma yo gushirwa kw’isoko n’umugwi wa Paris Saint Germain wo mu Bufaransa .

Thilo akaba asanzwe afise umuvyeyi w’umurundikazi ariwe Mama wiwe , mbere mu kwezi kwa Ruheshi yari yishikiye mu Burundi mu ntumbero yo kwugurura ikigo ciwe yitiriye Thilo Kehrer Foundation.

Kehrer naho Mama wiwe ari umurundikazi , amaze gukinira umugwi nserukira gihugu wa Se wiwe ariwo w’ubudagi .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 68