Uncategorized

Indundi Hit Show [August 19, 2022] | Mb Data

Ku musi wa gatanu igenekerezo rya  19 Myandagaro 2022 umuririmvyi Mb Data niwe yari  umutumire mu kiganiro cacu Indundi hits show kuri radio Culture ukurikirana uciye kuri 88.2MHz canke 99.9Mhz hamwe no ku buhinga bwa none www.radioculture.Org .

Ukaba utaronse akanya ko kugikurikira umviriza ngaha ukwo cagenze 👇👇👇

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 10