abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

#Indundi Sports| Abahagarikizi 4 Mpuzamakungu b’abarundi nibo bazohagarikira urwanda na Ethiopia

Urukino rwo gusubiriza rwo kurondera itike rya CHAN 2023 ruzohuza igihugu c’Urwanda n’igihigu ca Ethiopia i Huye mu gihugu c’Urwanda ruzoba igenekerezo rya 3/0/2022 , ruzohagarikirwa n’abahagarikizi 4 mpuzamakungu b’abarundi.

Abo nabo ni :

– Georges Gatogato
– Ndimunzigo Pascal
– Nduwimana Djaffari
– Willy Habimana

Abo bahagarikizi b’abarundi bakaba bari muri bamwe bari ku rwerwo mpuzamakungu bama bavyitwaramwo neza .

Mwokwibuka ko urukino rwa mbere rwo gutangura rwari rwabereye i Dar Es Salaam iyo migwi yompi yanganije 0-0.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 68