abakinyi bakina hanzeAthletismekirundi_Sports

# Indundi Sports| Egide Ntakarutimana yanditse amateka mu kwiruka imetero 5000

Umunonotsi w’umurundi Egide Ntakarutimana yaraye yanditse amateka mu gufata ikibanza ca mbere ku metero 5.000 mu gihugu c’Ubutariano, izo metero 5.000 yazigize umwanya ungana iminota 13 n’amasegonda 8 ( 13:08.43).

Egide akaba ariwe wa mbere akoze umwanya mwiza muri iryo higanwa rytiriwe Palio Citta Della Quercia 2022. Uwo munonotsi akaba yari amaze imyaka 2 ariko yimenyereza mu gihugu c’Ubutariano .

Mwomenya ko iryo higanwa rya Palio Citta Della Quercia 2022 ryari ribaye ku ncuro igira 58.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 65