abakinyi bakina hanzefootballhomepageintamba murugamba

# Indundi Sports | Birangiye Saidi Ntibazonkiza ashize umukono ku masezerano yo gukinira Geita Gold yo muri Tanzania

Umugwi Geita Gold ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania uhejeje kumenyesha y’uko unezerejwe no gusinyisha umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza.

Saidi Ntibazonkiza akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’umwaka umwe.

Saidi Ntibazonkiza akaba yari amaze amezi ashika kuri 4 ata mugwi abarizwamwo inyuma yo kurangiza amasezerano n’umugwi Young Africans .

Mwomenya ko Saidi Ntibazonkiza ari umwe mu bakinyi bagize uruhara rukomeye cane kugira umugwi Young Africans utahukane igikombe ca NBC Premier league co muri Tanzania.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 162