abakinyi bakina hanzefootballhomepageintamba murugambakirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Saido Berahino yaguzwe n’umugwi wa AEL LIMASSOL wo muri Chypre

Inyuma yo kutagira umugwi abarizwamwo, Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yaguzwe n’umugwi wa AEL LIMASSOL ukina mu cicao ca mbere mu gihugu ca CHYPRE.

Saido akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo kingana n’imyaka ibiri.

Uwo mugwi ukaba uri mu kibanza c’10 mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Chypre n’amanota 0 .

Berahino amaze guca mu migwi yo mu Bwongereza nka Westbrom Albion , Stoc City , hamwe na sheffied Wednesday, yakinye no mu gihugu c’Ububirigi mu migwi ya Zulte Weregem hamwe na Royal Charleroi Sporting Club.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 162