kirundi_SportsSports2

#IndundiSports | Inkino z’imyereka kubatarenza imyaka 15 zaraye zisozerewe kuri Olympafrica

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 04 Myandagaro 2022 ku kibuga ca Olympa Africa mu Kanyosha niho hari haramutse haba inkino za nyuma z’imyereka ( Lutte Associée ) ku miyabaga itarenza imyaka 15 ku ku rwego rw’abahungu n’abigeme.

Izo nkino zari zatewe iteka n’abatari bake harimwo umuyobozi nshingwabikorwa vy’ikigo mpuzamakungu Olympa Africa Alasane Thierno Diack.

Uko barushanya ibibanza:

*Ku rwego rw’abahungu:

1. Abafise ibiro 45:

1) Mugisha Eliphaz ( LSF)
2) Akimana Delphin ( Victoire)
3) Kirakubuntu Alain Divin ( Espoir)
3) Shurweryimana Stone (Nderagakura)

2. Ku bafise ibiro 50 :

1) Ndareyimana Fabrice ( Catalar)
2) Iranerezereza Don Merci (Matana)
3) Arakaza Rachispa ( Soleil Levant)
3) Iradukunda Chaddy

3. Ku bafise ibiro 55:

1) Irambona Franck ( Olympafrica)
2) Vyizigiro Beni Carmel ( Matin)

4. Ku bafise ibiro 60:

1) Niyomwungere Arnaud ( Olympafrica)
2) Ahinkuye Kevin ( Cibitoke)

*Ku ruhande rw’abigeme:

1. Abafise ibiro 35 ni :

1) Iragasengwa Aline ( Calar)
2) Niyomugisha Digne ( Tujijuke)
3) Vyizigiro Elissa ( Espoir)

2. Ku bafise ibiro 45:

1) Akimana Nelly ( Nderagakura)
2) Cize Carelle ( Samourai)
3) Nimbona Delphine ( L.A.O)
3) Niyogusengwa Nelly ( Callar)

3. Ku bafise ibiro 55 naho :

1) Niyoyitungira beliane (Samourai)
2) Irangabiye Stecy ( Cibitoke)
3) Iteriteka kentia ( Olympafrica)
3) Bukuru Edynette ( Soleil Levant)

4. Ku bafise ibiro 60 naho :

1) Igiranza Delicia ( CRLB)
2) Igiraneza Ciella ( Olympafrica)

What's your reaction?

Related Posts

1 of 52