#Indundi Sports| Ubuserukizi bwa Nigeria bugiye gutegura ihiganwa ryo kwinonora imitsi ryitwa RUN BUJA
Ubuserukizi bw’igihugu ca Nigeria bukorera mu Burundi bwateguye ihiganwa ryo kwinonora imitsi ryitiriwe "RUN BUJA". Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Nyakanga 2022 isaha zine zo mugitondo (10h00 ) ku cicaro…