abakinyi bakina hanzehomepagekirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Urutonde rw’abakinyi 18 ba Bumamuru Fc bafashe urugendo berekeza muri Ethiopia

Abakinyi b’umugwi Bumamuru Fc ugiye kuserukira Uburundi mu nkino za CAF Confédération bafashe urugendo mukanya gaheze berekeza muri Ethiopia mu ntumbero yo gukina urukino rwo gutangura ruzobahuza n’umugwi Fasil Kenema kuri  uyu wa gatanu igenekerezo rya 9 Nyakanga 2022 isaha icenda (15h00).

Aba nibo bakinyi 18 berekeje muri Ethiopia:

1) Ndikuriyo Patient
2) Ngenzahayo Saidi
3) Harerimana Rashid Leon
4) Ndagijimana Fabrice
5) Salum Ramazani
6) Hakizimama Issa
7) Alain Nicolas Delphin
8)Aruna Majaliwa Moussa
9) Ntirandekura Bon Fils
10) Niyonzima Ally
11) Elie Mukono
12) Shassir Nahimana
13) Muhimpundu Amani
14) Bazunza Djamal

15) Michel Nduwimana
16) Ahmed Wattara
17) Alfred Nkurunziza

 

umukinyi umwe Richard yasivye kumunota wanyuma kuko basanzwe atanditswe muri CAF bituma Bumamuru ijana abakinyi 17.

Staff nayo ni :

-Vivier Bahati
-Ismail Nduwantare
-Jean Claude Massop

– Umuganga w’umugwi Jean Claude

Directeur Technique  : Ndayishimiye Warren Chebby

Mwomenya ko urukino rwo gusubiriza ruzobera i Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 162