abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 18 ba Flambeau du Centre baza gufata urugendo berekeza muri Tanzania

Abakinyi b’umugwi Flambeau du Centre ugiye guserukira Uburundi mu nkino za CAF Champions League z’imigwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo baza gufata urugendo ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Nyakanga 2022 igihe c’isaha icumi n’umwe (17h00) berekeza mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo gukina urukino rwo gutangura ruzobahuza n’umugwi wa Al Ittihad wo muri Libiya ku musi w’ Imana igenekerezo rya 11 Nyakanga 2022 isaha icenda (15h00) mu masaha y’i Bujumbura.

Aba nibo bakinyi 18 baza gufata urugendo berekeza muri Tanzania:

1.Ntibahezwa Dieudonné
2.Nijimbere Djuma Cissé
3.Hakizimana Issa
4.Muryango Moussa
5.Irakoze Béni
6.Dushime Olivier
7.Barandondera Abdoul Karim
8.Kwizera Patrick
9.Amissi Assuman
10.Gakwaya Léonard
11.Kavumbagu Guy
12.Rukundo Abdoul Rahman (Paplay)
13.Tuyihimbaze Gilbert (Bibe)
14.Rukundo Benjamin
15.Niyonkuru Abdoulkarim (Messi)
16.Gakiza Aimé Nyandwi
17.Ntwari Eddy Patrick
18.Musanga Henry.

Staff nayo ni : Moncilo Medic, Jean De dieu, Jean Claude hamwe n’umuganga w’umugwi Nduwimana Gordien.

Urukino rwo gusubiriza ruzobera i Tripoli mu gisagara ca Libiya igenekerezo rya 18 Nyakanga 2022.

Mukibuka ko uwurongoye umugwi Flambeau du Centre Kazohera Vénerand yemereye abakinyi biwe agashirukabute kangana n’imiriyoni 30 nibaramuka basezereye uwo mugwi wa Al Ittihad wo muri Libiya.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 72