abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

#Indundi Sports| Urutonde rw’abakinyi 11 ba Bumamuru Fc baza gutangura mu kibuga

Hasigaye iminota mike kugira umugwi Bumamuru Fc waserukiye igihugu mu mahiganwa ya CAF confédération Cup ushobore gutana mu mitwe n’umugwi wa Fasil Kenema wo mu gihigu ca Ethiopia , urukino ni saha icenda 15h mu masaha ya hano iwacu .

Abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga ni aba bakurikira:

1) Ndikuriyo Patient
2) Harerimana Rashid Leon
3) Fabrice Ndagijimana
4) Nicolas Alain Délphin
5) Salum Ramazani
6) Haruna Majaliwa
7) Bazunza Djamal
8) Elie Mukono
9) Ahmed Ouattara
10) Shassir Nahimana
11) Alfred Nkurunziza

Abaza gusubirira abandi nabo ni :

1) Ngenzahayo Saidi
2) Hakizimama Issa
3) Niyonzima Ally
4) Amani Mpuhimpundu
5) Nduwimana Michel
6) Ntirandekura Bon Fils

What's your reaction?

Related Posts

1 of 72