abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

#Indundi Sports| Bumamuru yaraye inyagiwe na Fasil Kenema ya Ethiopia

Umugwi Bumamuru Fc waye umaramariye mu gihugu ca Ethiopia.

Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 09 Nyakanga 2022, aho umugwi Fasil Kenema wari wakiriye umugwi Bumamuru Fc wa hano iwacu mu rukino rw’ibanze rwa CAF confederation Cup , urukino rukaba rwarangiye Fasil Kenema wirahiye Bumamuru Fc ibitsindo 3-0.

Urukino rwo gusubiriza ruzoba ku musi wa gatanu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2022 i Dar Es Salam.

Bumamuru Fc gusezerera umugwi wa Fasil Kenema wo muri Ethiopia bizoyisaba gutsinda n’imiburiburi ibitsindo 4-0 .

Mwomenya ko abakinyi ba Bumamuru Fc bagiye ari 17 bivanye n’uko umwe yagiye kwankirwa kujayo ku munota wan bivanye n’ivyangombwa atari bwaronke.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 68