Ukutaboneka kuri Tv online kwa King’orongoro ngo ni uwundi mukenyuro
Kuva yinjira muri MA Production, umuririmvyi King'orongoro arafise ukuntu hariho ibikorwa bimwe bimwe yasa n'uwaciye asezera, birimwo kuboneka cane ku binyamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi. Uwo muririmvyi…