Emery sun ngo abaririmvyi bamwe bamwe bafise ubumuga
Kubwa Emery Sun ngo ukuguma wibaza ko Indirimbo yawe yahaturiye kandi wakubise ku ruhande, ngo n'uburwayi. Inyuma y'imyaka itari mike atakigenda, Emery Sun ngo ubu yahavuye aronka Indirimbo ziriko zikundwa na benshi…