Ku ncuro yindi Vivy Muyomba araje n’indirimbo nshasha
Vivy Muyomba ni umuririmvyi amaze igihe kitari gito mu muziki ,birashika agasohora indirimbo n'ubwo atari cane ariko iyo asohoye indirimbo yiwe usanga iryohera amatwi kandi ifise impanuro zubaka. Uzomusanga mu biteramo…