abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sportsprimus ligue

#Indundi Sports| Aba nibo bakinyi 18 ba Flambeau du Centre na Staff baza kwerekeza mu Misiri

Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Gitugutu 2022 isaha icumi n’imwe zo kumugoroba ( 17h00), umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega uza gufata urugendo werekeza mu gihigu ca Egypt mu ntumbero yo kwitabira inkino zibiri z’amajonjora zigira kabiri za CAF Champions league zizobahuza na Zamaleck yo muri ico gihugu.

Urutonde rw’abakinyi baza gufata urugendo n’abaza kubaherekeza rwamaze kuja ahabona.

Abakinyi ni 18:

1) Dieudonnée Ntibahezwa
2) Abdoulrahman Rukundo
3) Olivier Dushime
4) Hakizimana Issa
5) Leonard Gakwaya
6) Gilbert Tuyihimbaze
7) Amissi Asmani
8) Karim Niyonkuru
9) Benjamin Rukundo
10) Beni Irakoze
11) Aime Gakiza Nyandwi
12) Henry Musanga
13) Juma Nijimbere
14) Abdoul Karim Barandorera
15) Eddy Patrick Ntwari
16) Patrick Kwizera
17) Moussa Muryango
18) Guy Kavumbagu Nahimana

Staff:

-Umumenyereza mukuru : Momcili Medic

– Icegera ciwe : Rukundo Jean de Dieu

– Umumenyereza w’abanyegori : Jean Claude Manirakiza

– Umuganga : Gordien Nduwimana

– Uwuza guserukira Ministère

– Uwuza guserukira FFB : Niyonsaba Johnny

– Uwuza guserukira umugwi :Tuyikunde Sostène

What's your reaction?

Related Posts

1 of 125