abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Umugwi Flambeau du Centre utomboje kuzohura na Dc Motema pembe

Umugwi wa Flambeau du Centre wa hano iwacu wasezerewe mu nkino za CAF Champions League na Zamalek watomboye kuzohura na Daring Club Motema pembe w’i Kinshasa ku murwa mukuru wa RDC.

DCMP wigeze gusezererwa na Lydia Ludic mu mwaka w’i 2013 mu nkino za CAF champions League.

Urukino rwa mbere ruzoba igenekerezo rya 02 Munyonyo 2022 mugihe urwo gusubiriza ruzoba igenekerezo rya 09 Gitugutu 2022.

Mukanya kari imbere turaza kubarabira amateka y’umugwi wa DCMP.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 125