abakinyi bakina hanzefootballkirundi_Sports

#IndundiSports| Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba z’abatarenza imyaka 20 bagiye guserukira uburundi muri CECAFA

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Gituguru 2022, umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka 20 Niyonkuru Gustavye yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 21 bagiye guserukira igihugu mu nkino za nyuma z’igikombe ca CECAFA zirondera itike yo kwitabira CAN U 20 muri 2023.

1) Habuka Papy : Kayanza United
2) Harerimana Jean Marie : Tigre Noir

Abakinyi bakina inyuma :

3) Hakizimana Allidou : Musongati Fc
4) Ndayishimiye Mechack : Kayanza United
5) Tambwe Barros : Musongati Fc
6) Hakizimana Ulimwengu : Tigre Noir
7) Musore Prince : Vital’o Fc
8) Barungitse Vincent : Messager Ngozi
9) icoyitungiye Kevin : Tigre Noir
10) Nahimana Jean : Vital’o Fc

Abakinyi bakina hagati :

11) Ndayishimiye Richard : BS Dynamik
12) Muderi Akbar : Messager Ngozi
13) Ishimwe Giggs : Bujumbura City
14) Bukuru Keita : Tigre Noir
15) Mpawenimana Abdoul

Abasatirizi:

16) Ineza Abdi : Tigre Noir
17) Girumugisha Jean Claude : Magara Young Boys
18) Nimubona Kessy Jordan : Musongati Fc
19) Hitimana Placide : Kayanza United
20) Nkurunziza Alfred : Bumamuru Fc
21) Nibikora Arthur : Messager Ngozi

Ikirangamisi c’inkino za CECAFA U -20 kikaba kimeze uku gukurikira :

28/10/2022: Djibouti Vs Burundi
1/11/2022: Burundi Vs Sudan y’epfo
5/11/2022: Burundi Vs Susan

Mwomenyako iryo higanwa rizotangura igenekerezo rya 28 Gitugutu 2022 mu gihugu ca Sudani .

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 125