Landry SB ngo Body ya D One na Social Mula ntiyakozwe n’abanyarwanda
Dutegura ino nkuru indirimbo Body ya D one na Social Mula yari isigaje Views ziharurwa ku ntoke ngo ikwiza Views 100,000. Umuhinyanyuzi yakoze iyo ndirimbo arabeshuza ibihuha vyariko birashikirizwa ko iyo ndirimbo yoba…