Entertainmentkirundi

Afrika indirimbo ya Mkombozi igiye gushirwa Kuri youtube

Mkombozi yatubwiye ko agiye kurekura Ep yiwe izwi kw’izina rya Afrika ariko hakazoza harasohoka indirimbo imwimwe mu ndirimbo 6 zizoba zigize iyo Ep.

 

Indirimbo Afrika itwaye izina rya Ep yoyo yaramaze gusohora ikaba iri Kuri platform zitandukanye zidandaza umuziki

Isango yahaye abakunzi biwe ngo ni uko borindira abanze akamishe
azoheza ayibashirire Kuri youtube ifise n’amasanam(video) .

Imvugo rero yayishize mu ngiro kuva igenekerezo rya 3 Munyonyo 2021
agiye kuyishira kuri YouTube indirimbo Afrika mu rurimi rw’ikirundi izoba ifise amasanam ndetse nkuko yavyemeye agiye no kurekura indirimbo Afrika yayihinduye mu rurimi rw’igiswaili zose 2 zigiye kuboneka Kuri youtube.

Yanditse agira ati:”Uyu Musi 3 Novembre ndabaha video ya Afrika muri YouTube na Afrika yo mugiswaili.
amasaha akaba ariyo asigaye kugira tuzibone nkuko yavuganye na Indundi magazine

What's your reaction?

Related Posts

1 of 167