footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Umugwi Flambeau du Centre waraye utsinzwe na DCMP

 

Flambeau du Centre yaraye itsinzwe na Daring Club Motemapembe.

Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 02 Munyonyo 2022 , I dar es Salaam , niho umugwi Flambeau du Centre w’Igitega wari wakiriye Daring Club Motemapembe wo mu gihigu ca Congo i Kinshasa mu rukino rw’ibanze rwa CAF Confédération Cup . Urwo rukino rwarangiye Daring Club Motemapembe wirahiye Flambeau du Centre ibitsindo 2-0.

Urukino rwo gusubirizwa rukazokinwa kw’ igenekerezo rya 09 Munyonyo 2022 i Kinshasa .

Ugutakaza urwo rukino rwa Flambeau du Centre vyatumye amahirwe yawo yo kubandanya mumatsinda agabanuka .

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 117